Murisanga - Voice of America

Murisanga  - Voice of America


Latest Episodes

Murisanga - Ukwakira 16, 2023
October 16, 2023

Muri Murisanga y'uno munsi, twatumiye Umupfasoni Marguerite Barankitse yashinze kandi atwara ikigo Maison Shalom kizokwiza imyaka 30 kimaze mu ndwi iza. Maggy azwi mu bushimwe bwinshi yaronse kw’isi nk’uwuharanira agateka ka zina muntu.

Murisanga - Ukwakira 15, 2023
October 15, 2023

Mu nkuru ndende yikiganiro: murumva umwana wumukobwa wakoze urugendo rurerere rwubuzima: akabura abavandimwe be nababyeyi be urusorogo. Bose bisunze ikiganiro Agasaro kaburaga

Murisanga - Ukwakira 14, 2023
October 14, 2023

Muri Murisanga y'uno munsi, turagaruka ku kiganiro twakoranye na Profeseri Pascal Niyonizigiye, umuhinga mu bijanye n'imigenderanire hagati y'ibihugu. Ni umwigisha kuri kaminuza y'Uburundi, araduha umuco ku ntambara ibandanya hagati ya Isirayeri n'umurwi

Murisanga - Ukwakira 13, 2023
October 13, 2023

Mu kiganiro, Murisanga cuyu musi, turavuga ku nama igira gatatu yumugambi wiswe, Belt and Road Initiative, Ubushinwa buzokwakira mu ndwi iza ku murwa mukuru, Beijing.

Murisanga - Ukwakira 12, 2023
October 12, 2023

Muri Murisanga y'uno munsi, twabatumiriye Profeseri Pascal Niyonizigiye, Umuhinga mu bijanye n'imigenderanire hagati y'ibihugu, akaba na mwigisha kuri kaminuza y'Uburundi, kugira aduhe umuco ku ntambara ibandanya hagati ya Isirayeri n'umurwi Hamas wo muri

Murisanga - Ukwakira 11, 2023
October 11, 2023

Tariki 11 zukwezi kwa cumi ni umunsi mpuzamahanga wahariwe umwana wumukobwa. Mu Rwanda no mu Burundi umwana wumukobwa ahagaze ate mu muryango mugari abarizwamo? By'umwihariko, turareba uko iki kibazo gihagaze ku cyiciro cyiswe icy'abashigajwe inyuma n'

Murisanga - Ukwakira 10, 2023
October 10, 2023

Mu Burundi ibitaro Tanganyika Care Clinic biriko biratunganya isekeza rya gatatu ryo gupima abakenyezi kanseri y'ibere. Bimenyesha ko mu myaka 3 iheze abantu bashika 550 batowemwo kanseri yo mu mabere, n’iyo mu bw’injiriro bw’igitereko. Turabica irya n’in

Murisanga - Ukwakira 09, 2023
October 09, 2023

Ishirahamwe POA SUPERMA (Progression of Afrika,) ririma imicungwe yo mu bwoko bwa Mandarine rivuga ko ryashoboye guha akazi urwaruka rwo mu Burundi no muri Tanzaniya, ruharurwa mu bihumbi. Mu kiganiro Murisanga, umutumire, ari na we arirongoye, aratubwira

Murisanga - Ukwakira 08, 2023
October 08, 2023

Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganira n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bivufa kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima b'abantu.

Murisanga - Ukwakira 07, 2023
October 07, 2023

Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abant